Re : [Rwanda Forum] "Burya kutiga biragatsundwa!"

Uravuga le dernier Général à avoir gagné totalement une guerre contre des idiots auto-proclames BEM?

Le mer., avr. 19 2023 à 6:44 a.m., 'Zac Biampa' via Rwanda Forum
<rwandaforum@googlegroups.com> a écrit :
Triple i
Ongera wumve aho Un Ingénieur polytechnicien avuga mu ri make, ijambo ritomoye, rtumvikana kandi rigusha ku ngingp... bitandukanye n'uko ya Nkandagir-bitabo Senor Four et enfant de rue de Kampala ariwe Kaaga, amara amasaha ahidimanga , akarangiza ntawe uzi icyo yavuze ( nako " yarutse")!

https://youtu.be/9zx-eIbWfU8

--
________________________________________________________________
-Ushobora kohereza message yawe kuri : rwandaforum@googlegroups.com
-Ushobora kwiyandikisha kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+subscribe@googlegroups.com
-Ushobora kwikura kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com
-Archives z'iyi groupe ushobora kuzisoma kuri:
https://rwandaforumonline.blogspot.com/
-Contact: rwandaforumonline@gmail.com
____________________________________________________
---
You received this message because you are subscribed to the Google Groups "Rwanda Forum" group.
To unsubscribe from this group and stop receiving emails from it, send an email to rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com.
To view this discussion on the web visit https://groups.google.com/d/msgid/rwandaforum/157130355.8233448.1681901073381%40mail.yahoo.com.

--
________________________________________________________________
-Ushobora kohereza message yawe kuri : rwandaforum@googlegroups.com
-Ushobora kwiyandikisha kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+subscribe@googlegroups.com
-Ushobora kwikura kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com
-Archives z'iyi groupe ushobora kuzisoma kuri:
https://rwandaforumonline.blogspot.com/
-Contact: rwandaforumonline@gmail.com
____________________________________________________
---
You received this message because you are subscribed to the Google Groups "Rwanda Forum" group.
To unsubscribe from this group and stop receiving emails from it, send an email to rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com.
To view this discussion on the web visit https://groups.google.com/d/msgid/rwandaforum/1512853599.6231803.1681935371125%40mail.yahoo.com.

Re : [Rwanda Forum] Re: "RWANDA, ASSASSINS SANS FRONTIÈRES". LIVRE D'ENQUÊTES DE MICHELA WRONG SUR LE RÉGIME DE KAGAME". - La Tribune franco-rwandaise

Interhamwe nta autorité morale zifite zo kwita umwicanyi uwazikomye mu nkokora! Iyo kabwera muyigurire ibitabo iramuke kabiri...

Le mar., avr. 18 2023 à 9:05 p.m., 'Nzi Nink' via Rwanda Forum
<rwandaforum@googlegroups.com> a écrit :
Kwitirirwa iteme ntibimubuza kuba azwi nk'umwicanyi ruharwa...

###
"Be courteous to all, but intimate with few; and let those few be well tried before you give them your confidence",
George Washington.
###

On Apr 18, 2023, at 6:47 PM, Jerome Ndiho <jeronimo2408@yahoo.com> wrote:

<IMG-20230418-WA0046.jpg>

Le mar., avr. 18 2023 à 1:21 p.m., 'Nzi Nink' via Rwanda Forum

"RWANDA, ASSASSINS SANS FRONTIÈRES". LIVRE D'ENQUÊTES DE MICHELA WRONG SUR LE RÉGIME DE KAGAME". - La Tribune franco-rwandaise

https://www.france-rwanda.info/2023/04/rwanda-assassins-sans-frontieres.livre-d-enquetes-de-michela-wrong-sur-le-regime-de-kagame.html

###
"Be courteous to all, but intimate with few; and let those few be well tried before you give them your confidence",
George Washington.
###

--
________________________________________________________________
-Ushobora kohereza message yawe kuri : rwandaforum@googlegroups.com
-Ushobora kwiyandikisha kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+subscribe@googlegroups.com
-Ushobora kwikura kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com
-Archives z'iyi groupe ushobora kuzisoma kuri:
https://rwandaforumonline.blogspot.com/
-Contact: rwandaforumonline@gmail.com
____________________________________________________
---
You received this message because you are subscribed to the Google Groups "Rwanda Forum" group.
To unsubscribe from this group and stop receiving emails from it, send an email to rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com.
To view this discussion on the web visit https://groups.google.com/d/msgid/rwandaforum/F74F8D29-AD35-46DD-9EE5-35CC2B9732FD%40yahoo.com.

To view this discussion on the web visit https://groups.google.com/d/msgid/rwandaforum/A1F80808-0BF6-4EC5-97DB-CADE0C834B94%40yahoo.com.

--
________________________________________________________________
-Ushobora kohereza message yawe kuri : rwandaforum@googlegroups.com
-Ushobora kwiyandikisha kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+subscribe@googlegroups.com
-Ushobora kwikura kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com
-Archives z'iyi groupe ushobora kuzisoma kuri:
https://rwandaforumonline.blogspot.com/
-Contact: rwandaforumonline@gmail.com
____________________________________________________
---
You received this message because you are subscribed to the Google Groups "Rwanda Forum" group.
To unsubscribe from this group and stop receiving emails from it, send an email to rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com.
To view this discussion on the web visit https://groups.google.com/d/msgid/rwandaforum/1354190670.6226624.1681935075663%40mail.yahoo.com.

[Rwanda Forum] "Burya kutiga biragatsundwa!"

Triple i
Ongera wumve aho Un Ingénieur polytechnicien avuga mu ri make, ijambo ritomoye, rtumvikana kandi rigusha ku ngingp... bitandukanye n'uko ya Nkandagir-bitabo Senor Four et enfant de rue de Kampala ariwe Kaaga, amara amasaha ahidimanga , akarangiza ntawe uzi icyo yavuze ( nako " yarutse")!

https://youtu.be/9zx-eIbWfU8

[Rwanda Forum] Re: "RWANDA, ASSASSINS SANS FRONTIÈRES". LIVRE D'ENQUÊTES DE MICHELA WRONG SUR LE RÉGIME DE KAGAME". - La Tribune franco-rwandaise

Kwitirirwa iteme ntibimubuza kuba azwi nk'umwicanyi ruharwa...

###
"Be courteous to all, but intimate with few; and let those few be well tried before you give them your confidence",
George Washington.
###

On Apr 18, 2023, at 6:47 PM, Jerome Ndiho <jeronimo2408@yahoo.com> wrote:

<IMG-20230418-WA0046.jpg>

Le mar., avr. 18 2023 à 1:21 p.m., 'Nzi Nink' via Rwanda Forum
<rwandaforum@googlegroups.com> a écrit :

"RWANDA, ASSASSINS SANS FRONTIÈRES". LIVRE D'ENQUÊTES DE MICHELA WRONG SUR LE RÉGIME DE KAGAME". - La Tribune franco-rwandaise

https://www.france-rwanda.info/2023/04/rwanda-assassins-sans-frontieres.livre-d-enquetes-de-michela-wrong-sur-le-regime-de-kagame.html

###
"Be courteous to all, but intimate with few; and let those few be well tried before you give them your confidence",
George Washington.
###

--
________________________________________________________________
-Ushobora kohereza message yawe kuri : rwandaforum@googlegroups.com
-Ushobora kwiyandikisha kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+subscribe@googlegroups.com
-Ushobora kwikura kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com
-Archives z'iyi groupe ushobora kuzisoma kuri:
https://rwandaforumonline.blogspot.com/
-Contact: rwandaforumonline@gmail.com
____________________________________________________
---
You received this message because you are subscribed to the Google Groups "Rwanda Forum" group.
To unsubscribe from this group and stop receiving emails from it, send an email to rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com.
To view this discussion on the web visit https://groups.google.com/d/msgid/rwandaforum/F74F8D29-AD35-46DD-9EE5-35CC2B9732FD%40yahoo.com.
<IMG-20230418-WA0046.jpg>

[Rwanda Forum] Alain Guillaume Bunyoni Yoba Yarahunze Uburundi

Alain Guillaume Bunyoni Yoba Yarahunze Uburundi

https://www.radiyoyacuvoa.com/a/7056045.html?ltflags=mailer

Alain Guillaume Bunyoni Yoba Yarahunze Uburundi

Alain Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Uburundi.

Mu Burundi, amakuru yuzuzanya yemeza ko uwahoze ari umushikiranganji wa mbere, Alain Guillaume Bunyoni, yoba yarahunze igihugu. Ejo ku wa mbere igipolisi n'igendereza vyarasatse ingo ziwe zibiri ziri i Bujumbura no mu Rutana.

Ku muhana wiwe i Bujumbura aho Jenerali Bunyoni asanzwe aba, Ijwi ry'Amerika ryabwiwe ko atari ho abapolisi n'abakozi b'igendereza bamusanze baja gusaka urugo rwiwe ejo ku musi wa mbere.

Amakuru ya nyuma ava mu masoko yegereye uwo mu jenerali yabwiye Ijwi ry'Amerika ko yamaze kuva mu gihugu yerekeza muri Tanzaniya. Intara ya Rutana (Aho abavyeyi biwe bamuka), ihana imbibe n'ico gihugu ca Tanzaniya. Ni yo ntara amasoko yacu avuga ko yaciyemwo, kuko ari akarere azi neza cane, kandi afise n'abamuyobora mu nzego z'umutekano.

Ikarata yerekana imbibe intara ya Rutana ihana n'igihugu ca Tanzaniya

Amasoko y'Ijwi ry'Amerika yemeza ko umugambi wo gufata Bunyoni wafatiwe mu ntara ya Cibitoke. Ayo masoko yagize ati:" Inama yo kumufata yari yakoresherejwe mu Cibitoke mu nyuma arabimenya. Ntawuzi uwamenye ibanga uwo ari we". Ni ko amwe mu masoko yegereye umugambwe CNDD-FDD n'ibiro vy'umukuru w'igihugu yiganiye Ijwi ry'Amerika.

Bamwe mu begereye Jenerali Bunyoni, baganiye n'Ijwi ry'Amerika, ariko batifuje ko amazina n'amajwi yabo atangazwa, bavuze ko yari kuba yatawe muri yompi kuva agikurwa, mugabo reta itinya igitsure ca Tanzaniya.

Abahaye ano makuru abamenyeshamakuru b'Ijwi ry'Amerika batandukanye bakurikiranye ino dosiye, bashimangiye ko "Tanzaniya yoba yaragabishije Uburundi ko ishobora kubufatira ibihano birimwo ukubwima umuhora wo kuzana ibitoro hamwe bwohirahira bugafunga Bunyoni".

Kugera Ijwi ry'Amerika itangaza iyi nkuru, nta tangazo na rimwe ry'inzego z'igihugu riravuga ku bijanye n'uko Alain Guillaume Bunyoni yoba yahunze igihugu. Gusa, amasoko yo mu bushikiranganji bw'umutekano yari yemereye Ijwi ry'Amerika kuri uyu wa mbere ko kuva akuwe akagabanirizwa abajejwe umutekano, atari acitwaza abajejwe umutekano bari ku rugo iwe iyo asohotse i muhira.

Ijwi ry'Amerika ryifuje kumenya ico ubutegetsi buvuga kuri iyi nkuru, Desire Nduwimana, avugira igipolisi c'Uburundi atubwiye ko ari mw'ikonji ry'akazi ataco yoshikiriza. Gatoni Rosine Guilene, umuvugizi w'umukuru w'igihugu ari nawe iperereza rikukira ibiro vyiwe terefone yahamagara ariko ntiyitavye. Umuvugizi w'ubushikiranganji bujejwe umutekano Pierre Nkurikiye we twasanze amaze imisi mu butumwa bw'akazi hanze y'igihugu.

Amakuru y'uko Jenerali Bunyoni yoba yahunze Uburundi aje inyuma y'amezi umunani n'imisi mikeyi yari amaze akombowe mu mabanga y'Ubushikiranganji bwa Mbere bw'Uburundi.

Guhunga kwiwe bivuzwe mu gihe hari intwazangabo yari ikomeye mu vy'umutekano, iri mu minwe y'igendereza: Uwo ni Koloneli Desire Uwamahoro, yahora atwara igisata c'igipolisi kijejwe kurwanya imigumuko BAE.

Iyindi ntwazangabo yari yafashwe irumvirizwa imbere yo kurekurwa ni Alfred Innocent Museremu. Iyi ntwazangabo Museremu kugera kuri uyu wa mbere yaramutswa igisata c'iperereza ryo hanze y'igihugu. Yasubirijwe na Colonel Pierre Claver Nzisabira yahora ari umunyamabanga ntayegayezwa w'inama nkuru y'igihugu y'umutekano.

Museremu yahora ajejwe igendereza ryo hagati mu gihugu. Ukuvanwa muri ayo mabanga yiwe ntivyamenyekanye bitewe n'uko ubu inyandiko zigena abakuru mu rwego rw'iperereza zigirwa ibanga cane.

Nivyaramuka bibaye impamo, Jenerali Bunyoni azoba abaye umushikiranganji wa mbere ahunze Uburundi kuva bwitwa izina. Azoba kandi abaye umutegetsi wa mbere wo ku rwego rwo hejuru ahunze intwaro ya Prezida Evariste Ndayishimiye bimanye ingoma mu mpera z'ukwa gatandatu ko mu 2020 inyuma y'urupfu giturumbuka rwa nyakwigendera Pierre Nkurunziza bompi bita "Sokuru w'Abarundi".

Fyonda hasi usome ibindi kuri ino nkuru ya Eloge Willy Kaneza.

0:00 0:03:02

###
"Be courteous to all, but intimate with few; and let those few be well tried before you give them your confidence",
George Washington.
###

[Rwanda Forum] Guerre en Ukraine : "Du jamais vu depuis 1945", les Russes construisent un mur de 800 km en territoire occupé

Guerre en Ukraine : "Du jamais vu depuis 1945", les Russes construisent un mur de 800 km en territoire occupé - lindependant.fr
Guerre en Ukraine : "Du jamais vu depuis 1945", les Russes construisent un mur de 800 km en territoire occupé.

Ce lundi, nos confrères d'El País affirment que les Russes sont allés plus loin, beaucoup plus loin. Et ont même érigé un mur de 800 km qui relierait la fameuse péninsule à la Russie via le "pont terrestre" qui passe par l'Ukraine occupée : Melitopol, Mariupol, Donetsk et Louhansk. "800 kilomètres de tranchées, fossés antichars, dents de dragon (obstacles en béton armé pour gêner les véhicules blindés), nids de mitrailleuses en béton et bunkers"détaillent nos confrères. Soit trois lignes de défense parallèle : "Du jamais-vu depuis 1945". Des obstacles que l'Ukraine va tenter de surmonter grâce à l'armement fourni par les alliés de l'Occident. Mais cela sera-t-il suffisant ?

Guerre en Ukraine : "Du jamais vu depuis 1945", les Russes construisent un mur de 800 km en territoire occupé

Les Russes se préparent à la contre-offensive ukrainienne.
Les Russes se préparent à la contre-offensive ukrainienne. MAXPPP - RUSSIAN DEFENCE MINISTRY PRESS SERVICE HANDOUT

La Russie se prépare à la contre-offensive ukrainienne. 

On sait depuis de longues semaines que, sur le terrain, la Russie n'est plus aussi sereine. Afin de préparer la contre-offensive ukrainienne, promise par Volodymyr Zelensky et ses troupes d'ici la fin du mois, les Russes ont d'abord fortifié leurs positions en Crimée, comme le précisait lindependant.fr le 5 avril dernier.

A lire aussi : Guerre en Ukraine : Tranchées anti-char, fortifications... Panique en Crimée, l'armée russe se prépare à la contre-offensive ukrainienne

"Pont terrestre"

Des photos satellites montrent "des passages creusés dans la terre selon des angles conférant aux soldats une portée de tir plus étendue". "D'autres fortifications se trouvent à proximité, notamment des fossés profonds conçus pour piéger les chars et les véhicules lourds". "Plus récemment, la Russie a fortement renforcé ses défenses sur la péninsule, ajoutait le quotidien, qui est reliée au continent ukrainien par l'isthme de Perekop, une étroite bande de terre mesurant 7 km dans sa plus grande largeur."

Nothing like it has been seen in Europe since 1945: 800 kilometers of trenches, anti-tank ditches, dragon's teeth, concrete machine-gun nests and bunkers today form a defensive line protecting the territory occupied by Russia in Ukraine https://t.co/tauxK1w7zO

— El País English Edition (@elpaisinenglish) April 17, 2023

A lire aussi : Guerre en Ukraine : La Russie concentre ses troupes à Bakhmout, toujours au cœur des combats

Ce lundi, nos confrères d'El País affirment que les Russes sont allés plus loin, beaucoup plus loin. Et ont même érigé un mur de 800 km qui relierait la fameuse péninsule à la Russie via le "pont terrestre" qui passe par l'Ukraine occupée : Melitopol, Mariupol, Donetsk et Louhansk. "800 kilomètres de tranchées, fossés antichars, dents de dragon (obstacles en béton armé pour gêner les véhicules blindés), nids de mitrailleuses en béton et bunkers", détaillent nos confrères. Soit trois lignes de défense parallèle : "Du jamais-vu depuis 1945". Des obstacles que l'Ukraine va tenter de surmonter grâce à l'armement fourni par les alliés de l'Occident. Mais cela sera-t-il suffisant ?

###
"Be courteous to all, but intimate with few; and let those few be well tried before you give them your confidence",
George Washington.
###

Re : [Rwanda Forum] "RWANDA, ASSASSINS SANS FRONTIÈRES". LIVRE D'ENQUÊTES DE MICHELA WRONG SUR LE RÉGIME DE KAGAME". - La Tribune franco-rwandaise

Le mar., avr. 18 2023 à 1:21 p.m., 'Nzi Nink' via Rwanda Forum
<rwandaforum@googlegroups.com> a écrit :

"RWANDA, ASSASSINS SANS FRONTIÈRES". LIVRE D'ENQUÊTES DE MICHELA WRONG SUR LE RÉGIME DE KAGAME". - La Tribune franco-rwandaise

https://www.france-rwanda.info/2023/04/rwanda-assassins-sans-frontieres.livre-d-enquetes-de-michela-wrong-sur-le-regime-de-kagame.html

###
"Be courteous to all, but intimate with few; and let those few be well tried before you give them your confidence",
George Washington.
###

--
________________________________________________________________
-Ushobora kohereza message yawe kuri : rwandaforum@googlegroups.com
-Ushobora kwiyandikisha kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+subscribe@googlegroups.com
-Ushobora kwikura kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com
-Archives z'iyi groupe ushobora kuzisoma kuri:
https://rwandaforumonline.blogspot.com/
-Contact: rwandaforumonline@gmail.com
____________________________________________________
---
You received this message because you are subscribed to the Google Groups "Rwanda Forum" group.
To unsubscribe from this group and stop receiving emails from it, send an email to rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com.
To view this discussion on the web visit https://groups.google.com/d/msgid/rwandaforum/F74F8D29-AD35-46DD-9EE5-35CC2B9732FD%40yahoo.com.

--
________________________________________________________________
-Ushobora kohereza message yawe kuri : rwandaforum@googlegroups.com
-Ushobora kwiyandikisha kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+subscribe@googlegroups.com
-Ushobora kwikura kuri iyo groupe wandikira: rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com
-Archives z'iyi groupe ushobora kuzisoma kuri:
https://rwandaforumonline.blogspot.com/
-Contact: rwandaforumonline@gmail.com
____________________________________________________
---
You received this message because you are subscribed to the Google Groups "Rwanda Forum" group.
To unsubscribe from this group and stop receiving emails from it, send an email to rwandaforum+unsubscribe@googlegroups.com.
To view this discussion on the web visit https://groups.google.com/d/msgid/rwandaforum/1284940508.5738432.1681858024225%40mail.yahoo.com.

[Rwanda Forum] Re: Police Discover Skull Inside Nairobi-bound Bus from Rwanda

Muri Bus ya compagnie yitwa TRINITY yari ivuye i Kigali igiye I Nairobi umunyarwanda yafatanywe ibihanga bitatu by'abantu ku mupaka wa K...

Subscribe to Rwanda Forum Google Group