[Rwanda Forum] Burundi: Varisito Ndayishimiye ari kumwe n'umuryango wiwe, bazindukiye gusarura umurima w'ibihaya | Amafoto

Sebarundi Varisito Ndayishimiye ari kumwe n'umuryango wiwe, bazindukiye gusarura umurima w'ibihaya uri muri komine Ndava mu ntara ya Mwaro kuri uyu wa mbere.  Umukuru w'igihugu arashima uko ikirere cagenze kuko umwimbu wagenze neza cane.

https://www.facebook.com/100000426887566/posts/5172097262814452/?d=n


###
"Hate Cannot Drive Out Hate. Only Love Can Do That", Dr. Martin Luther King.
###

No comments:

Post a Comment

[Rwanda Forum] Re: Re : Re: Zac, amakuru ashimishije y'iwanyu!

Oya sha, sigaho! Muri Repubulika ( 1962-1994) amashuli yisumbuye cyane cyane ayaza Sections Scientifiques yigishaga kandi igaha ur...

Subscribe to Rwanda Forum Google Group