On Oct 6, 2022, at 2:52 PM, 'Vincent Ndacyayisenga' via rwandanet <rwandanet@googlegroups.com> wrote:
Let's M-GLR-GA , sorry MAGA!https://ca.yahoo.com/news/herschel-walker-abortion-accuser-drops-025037506.html (pro-life by just thinking about it!)On Wednesday, October 5, 2022 at 03:30:12 p.m. EDT, 'Nzi Nink' via rwandanet <rwandanet@googlegroups.com> wrote:--Kenya - Uganda: Prezida Museveni yasavye imbabazi aba Kenya kubera Tweets z'umuhungu wiwe - BBC News Gahuza Kenya - Uganda: Prezida Museveni yasavye imbabazi aba Kenya kubera Tweets z'umuhungu wiwe - BBC News Gahuza
https://www.bbc.com/gahuza/articles/cgrq87pd8l1oPrezida Museveni yasavye imbabazi aba Kenya kubera Tweets z'umuhungu wiwe
Getty Images
Museveni avuga ko ivyo kunenga ikindi gihugu hari inzego bivugirwamwo
Mw'itangazo yasohoye kuri uyu wa gatatu, prezida Museveni yavuze ko asavye imbabazi, asaba abanye Kenya ikigongwe, kandi ko abakozi ba reta, baba abasivile canke abasirikare, babujijwe kwivanga mu vy'igihugu kivukanyi.
Ku musi wa mbere Gen Kainerugaba yanditse ama tweets menshi, yateye ishavu ryinshi abanye Kenya ku mbuga hwaniro.
Muri imwe muri izo tweets, yavuze ko we n'abasirikare biwe vyobatwara indwi zibiri gusa mu gufata umugwa mukuru wa Kenya, Nairobi.
Muhoozi Kainerugaba ubwe yivanye kuri Twitter 12 Ukwa kane 2022 Uganda iritandukanya na Tweets z'umuhungu wa prezida 4 Ukw'icumi 2022 Umuhungu wa Museveni yatangaje ko avuye mu gisirikare 8 Ukwa gatatu 2022Mu yindi, yavuze ko yababajwe n'uwahoze ari prezida wa Kenya Uhuru Kenyatta kuba yaratanze ubutegetsi, mu gihe vyari vyoroshe gutsinda ayandi matora.
Ku rubuga rwa twitter, Prezida Museveni yanditse at "ndasavye benewacu na bashiki bacu b'abanye Kenya kutubabarira kubera tweets zanditswe na Gen Muhoozi".
Ku musi wa kabiri, prezida Museveni yarirukanye Gen Kainerugaba mu mabanga yo kurongora ingabo zigwanira ku butaka ariko aca amuha ipeta rya mbere rya gisirikare muri ico gihugu.
Mw'itangazo ryiwe ryo ku musi wa gatatu, Museveni yasiguye ko yamwongeye ipeta kubera ibintu vyinshi vyiza Gen Kainerugaba yakoze n'ivyo abandanya gukora.
###"Hate Cannot Drive Out Hate. Only Love Can Do That", Dr. Martin Luther King.###
Rwandanet
---
Vous recevez ce message, car vous êtes abonné au groupe Google Groupes "rwandanet".
Pour vous désabonner de ce groupe et ne plus recevoir d'e-mails le concernant, envoyez un e-mail à l'adresse rwandanet+unsubscribe@googlegroups.com.
Cette discussion peut être lue sur le Web à l'adresse https://groups.google.com/d/msgid/rwandanet/224EAF32-0877-4CAA-BA2B-6E0B8E94854B%40yahoo.com.
No comments:
Post a Comment