[Rwanda Forum] DR Congo-Rwanda: "Perezida Kagame aguma ahindura imvugo"-Tina Salama - BBC News Gahuza


Mu kiganiro n'igisata c'igiswahiri ca BBC Dira ya Dunia, Tina Salam, Icegera c'umuvugizi w'umukuru wa Repuburika ya Demokrasi ya Congo, yavuze ko bisigaye bibagora gutahura umukuru w'Urwanda.


Yavuze ati: "Perezida Kagame, umukuru w'Urwanda, arahindura imvugo, akavanga amajambo. We nyene ubwiwe, kandi ivyo mubirondeye murabibona mu binyamakuru, we nyene yiyemereye ko azovugana na M23 ayumvishe ko ishira ibigwanisho hasi.


"None ubu naho yagiye imbere y'inama nshingamateka y'igihugu ciwe, avuga ko ico kibazo ataho bahuriye.  Aguma ahindura imvugo. N'ukuri bisigaye bitugora gutahura perezida Kagame".


https://www.bbc.com/gahuza/articles/c4ne77lpw82o


###
"Hate Cannot Drive Out Hate. Only Love Can Do That", Dr. Martin Luther King.
###

No comments:

Post a Comment

[Rwanda Forum] Rwanda's igihe.com says: "Trump liked young girls and touched them in private areas": New revelations in Epstein files

Translation of an article from Kinyarwanda to English.  Fake News from  www.igihe.com , the Rwandan news service controlled and funded by ...

Subscribe to Rwanda Forum Google Group