[Rwanda Forum] Perezida William Ruto Yatangaje ko Kenya Izokuraho Visa ku Banyafurika Bose Bajayo



Perezida William Ruto Yatangaje ko Kenya Izokuraho Visa ku Banyafurika Bose Bajayo.

Yatangaje ko mu mpera z'uyu mwaka ata munyafrika numwe azosubira gusabwa visa kugira ashobore kuza muri Kenya.

Gushika mu mwaka w'i 2022, amazinga ya Seyishele n'ibihugu vya Gambiya na Benin ni vyo vyonyene birekurira Abanyafrika bose kuvyinjiramwo ata visa babanje gusabwa.


https://www.radiyoyacuvoa.com/a/7333085.html


###
"Be courteous to all, but intimate with few; and let those few be well tried before you give them your confidence",
George Washington.
###

No comments:

Post a Comment

[Rwanda Forum] Re: Re : Re: Zac, amakuru ashimishije y'iwanyu!

Oya sha, sigaho! Muri Repubulika ( 1962-1994) amashuli yisumbuye cyane cyane ayaza Sections Scientifiques yigishaga kandi igaha ur...

Subscribe to Rwanda Forum Google Group